1 Abakorinto 6:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ibintu vyose ndavyemererwa, mugabo si vyose bifise akarusho+. Ibintu vyose ndavyemererwa, mugabo sinzokwemera kuganzwa n’ikintu na kimwe.
12 Ibintu vyose ndavyemererwa, mugabo si vyose bifise akarusho+. Ibintu vyose ndavyemererwa, mugabo sinzokwemera kuganzwa n’ikintu na kimwe.