1 Abakorinto 6:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ibifungurwa ni ivy’inda, inda na yo ni iy’ibifungurwa, mugabo ivyo vyompi Imana izobihindura ubusa+. Umubiri si uw’ubusambanyi*, ahubwo ni uw’Umukama+, Umukama na we ni uw’umubiri.
13 Ibifungurwa ni ivy’inda, inda na yo ni iy’ibifungurwa, mugabo ivyo vyompi Imana izobihindura ubusa+. Umubiri si uw’ubusambanyi*, ahubwo ni uw’Umukama+, Umukama na we ni uw’umubiri.