-
1 Abakorinto 7:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Kuko uwo mugabo atizera yezwa kubera umugore wiwe, n’uwo mugore atizera akezwa kubera uwo muvukanyi. Ahandiho, abana banyu boba bahumanye, ariko noneho ni beranda.
-