1 Abakorinto 7:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Mugabo nimba hari uwibaza ko ariko agira ibitabereye agumye atubatse*, kandi akaba amaze kurengana imyaka y’ubuto*, ibi rero ni vyo bikwiye kuba: nakore ico ashaka, ntaba acumuye. Nibubake+. 1 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:36 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 42 1/11/1996, rup. 10 Agahimbare mu rugo, rup. 15-16
36 Mugabo nimba hari uwibaza ko ariko agira ibitabereye agumye atubatse*, kandi akaba amaze kurengana imyaka y’ubuto*, ibi rero ni vyo bikwiye kuba: nakore ico ashaka, ntaba acumuye. Nibubake+.