1 Abakorinto 12:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Murazi yuko igihe mwari abanyamahanga*, mwoshwa mugakurikira ibigirwamana bitavuga+, mukaja iyo bibajanye hose.
2 Murazi yuko igihe mwari abanyamahanga*, mwoshwa mugakurikira ibigirwamana bitavuga+, mukaja iyo bibajanye hose.