1 Abakorinto 13:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Naho notanga ivyo ntunze vyose kugira ngaburire abandi+, kandi naho notanga umubiri wanje kugira nirate, mugabo nkaba ntagira urukundo+, nta co vyoba bimariye.
3 Naho notanga ivyo ntunze vyose kugira ngaburire abandi+, kandi naho notanga umubiri wanje kugira nirate, mugabo nkaba ntagira urukundo+, nta co vyoba bimariye.