-
1 Abakorinto 13:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Nkiri umwana navuga nk’umwana, nkiyumvira nk’umwana, nkatahura nk’umwana. Mugabo ubu ko nabaye umugabo, narahevye ibiranga umwana.
-