-
1 Abakorinto 14:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Ni ko bimeze no ku bintu bidafise ubuzima birekura ijwi, waba umwironge canke inanga. Hatagiye haraca imyanya hagati y’amajwi, umuntu yomenya gute umuziki uriko uravuzwa ku mwironge canke ku nanga?
-