2 Abakorinto 1:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Namwe murashobora kudufasha mu gutakambira Imana ku bwacu+ kugira ngo nitwagirirwa ubuntu bivuye ku masengesho ya benshi+, bize bitume benshi bakengurukira Imana ku bitwerekeye.
11 Namwe murashobora kudufasha mu gutakambira Imana ku bwacu+ kugira ngo nitwagirirwa ubuntu bivuye ku masengesho ya benshi+, bize bitume benshi bakengurukira Imana ku bitwerekeye.