2 Abakorinto 1:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Kubera ko ivyo nari ndavyizigiye, naripfuje kubanza kuza iwanyu kugira ngo muronke akaryo ko kunezerwa ubugira kabiri*. 2 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:15 Umunara w’Inderetsi,15/3/2014, rup. 30-31
15 Kubera ko ivyo nari ndavyizigiye, naripfuje kubanza kuza iwanyu kugira ngo muronke akaryo ko kunezerwa ubugira kabiri*.