2 Abakorinto 1:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Yezu Kristu Umwana w’Imana, umwe jewe na Silivano* na Timoteyo+ twabamenyesha, ntiyabaye «ego» hanyuma ngo abe «oya», ahubwo «ego» yamye ari «ego» ku bimwerekeye. 2 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:19 Umunara w’Inderetsi,15/3/2014, rup. 31
19 Yezu Kristu Umwana w’Imana, umwe jewe na Silivano* na Timoteyo+ twabamenyesha, ntiyabaye «ego» hanyuma ngo abe «oya», ahubwo «ego» yamye ari «ego» ku bimwerekeye.