2 Abakorinto 2:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ni twebwe, kuko tutagenda tudandaza ijambo ry’Imana*+ nk’uko benshi bagira. Ahubwo tuvuga ata buryarya nk’abarungitswe n’Imana, kandi ivyo tubikora imbere yayo, twifatanije na Kristu.
17 Ni twebwe, kuko tutagenda tudandaza ijambo ry’Imana*+ nk’uko benshi bagira. Ahubwo tuvuga ata buryarya nk’abarungitswe n’Imana, kandi ivyo tubikora imbere yayo, twifatanije na Kristu.