2 Abakorinto 3:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ayo mategeko ashikana ku rupfu kandi yanditswe* ku mabuye+, yazananye ubuninahazwa buhebuje ku buryo Abisirayeli batashobora kwitegereza mu maso ha Musa kubera hasayangana ubuninahazwa+, kandi ubwo buninahazwa bwokuweho.
7 Ayo mategeko ashikana ku rupfu kandi yanditswe* ku mabuye+, yazananye ubuninahazwa buhebuje ku buryo Abisirayeli batashobora kwitegereza mu maso ha Musa kubera hasayangana ubuninahazwa+, kandi ubwo buninahazwa bwokuweho.