2 Abakorinto 3:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ariko ubwenge bwabo nta co bwashobora gutahura+. Gushika n’uyu musi ca gitambara kigumaho igihe cose isezerano rya kera ririko rirasomwa+, kubera ko ico gitambara gikurwaho biciye gusa kuri Kristu+. 2 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:14 Umunara w’Inderetsi,1/4/2009, rup. 2115/8/2005, rup. 2015/3/2004, rup. 161/2/1998, rup. 20
14 Ariko ubwenge bwabo nta co bwashobora gutahura+. Gushika n’uyu musi ca gitambara kigumaho igihe cose isezerano rya kera ririko rirasomwa+, kubera ko ico gitambara gikurwaho biciye gusa kuri Kristu+.