2 Abakorinto 3:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Twese abadafise igitambara mu maso tumeze nk’ivyirore vyerekana ubuninahazwa bwa Yehova*. Turahindurwa tukagira ishusho nk’iy’Imana, tukerekana ubuninahazwa bugenda burushiriza kwongerekana*, neza na neza nk’uko Yehova* we Mpwemu* abishaka+. 2 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:18 Umunara w’Inderetsi,15/5/2012, rup. 23-2415/8/2005, rup. 14-15, 23-2415/3/2004, rup. 16-17
18 Twese abadafise igitambara mu maso tumeze nk’ivyirore vyerekana ubuninahazwa bwa Yehova*. Turahindurwa tukagira ishusho nk’iy’Imana, tukerekana ubuninahazwa bugenda burushiriza kwongerekana*, neza na neza nk’uko Yehova* we Mpwemu* abishaka+.