2 Abakorinto 7:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ntitwahojejwe gusa no kuba ari ho ari. Twarahojejwe kandi n’uruhoza yaronse kubera mwebwe, kuko yatwiganiye inkumbu mumfitiye, intuntu mwagize n’ukuntu mumbabaye cane*. Vyatumye ndushiriza kunezerwa. 2 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:7 Nushinge intahe, rup. 166
7 Ntitwahojejwe gusa no kuba ari ho ari. Twarahojejwe kandi n’uruhoza yaronse kubera mwebwe, kuko yatwiganiye inkumbu mumfitiye, intuntu mwagize n’ukuntu mumbabaye cane*. Vyatumye ndushiriza kunezerwa.