2 Abakorinto 8:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Kandi muri ivyo ndatanga iciyumviro+: gukora ico gikorwa birabagirira akamaro kuko ubu hamaze guca umwaka mugitanguye, kandi mwarerekanye ko mushaka kugikora.
10 Kandi muri ivyo ndatanga iciyumviro+: gukora ico gikorwa birabagirira akamaro kuko ubu hamaze guca umwaka mugitanguye, kandi mwarerekanye ko mushaka kugikora.