-
2 Abakorinto 8:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Ahubwo nshaka yuko haba ukunganya, umusesekara mufise ubu ukuzuriza aho abandi bakehaniwe, maze umusesekara wabo na wo ukuzuriza aho mukehaniwe, gutyo hakaba ukunganya.
-