-
2 Abakorinto 8:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Uretse ivyo, yaranagenywe n’amashengero ngo tugirane ingendo mu gikorwa co gushikiriza ingabire yatanganywe umutima mwiza, kugira bininahaze Umukama, vyerekane kandi ko dufise umutima ukunze wo gufasha.
-