2 Abakorinto 9:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Kuko intumbero y’iki gikorwa gikorerwa abantu atari iyo gutuma gusa aberanda baronswa neza ivyo bakeneye+. Gifise n’intumbero yo gutuma abantu benshi bashimira Imana cane. 2 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:12 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 210-216 Umunara w’Inderetsi,1/12/2000, rup. 9-10
12 Kuko intumbero y’iki gikorwa gikorerwa abantu atari iyo gutuma gusa aberanda baronswa neza ivyo bakeneye+. Gifise n’intumbero yo gutuma abantu benshi bashimira Imana cane.