2 Abakorinto 11:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Yamara igihe nari kumwe namwe ngakena, nta n’umwe nabereye umuzigo, kuko abavukanyi bavuye i Masedwane bandonkeje ku bwinshi ivyo nari nkeneye+. Emwe, naririnze kubabera umuzigo mu buryo bwose, kandi nzobandanya gutyo+. 2 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:9 Nushinge intahe, rup. 151
9 Yamara igihe nari kumwe namwe ngakena, nta n’umwe nabereye umuzigo, kuko abavukanyi bavuye i Masedwane bandonkeje ku bwinshi ivyo nari nkeneye+. Emwe, naririnze kubabera umuzigo mu buryo bwose, kandi nzobandanya gutyo+.