2 Abakorinto 11:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ni abasuku ba Kristu? Nishura nk’umusazi. Ndabarusha kuba umusuku: nakoze vyinshi kubarusha+, mpfungwa kenshi kubarusha+, nkubitwa inkoni zidaharurika, ngarukira ku cobo kenshi+. 2 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:23 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),10/2021, rup. 25-26
23 Ni abasuku ba Kristu? Nishura nk’umusazi. Ndabarusha kuba umusuku: nakoze vyinshi kubarusha+, mpfungwa kenshi kubarusha+, nkubitwa inkoni zidaharurika, ngarukira ku cobo kenshi+.