2 Abakorinto 11:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Nama mu ngendo kenshi, mu kaga k’inzuzi, mu kaga k’abambuzi, mu kaga k’abo mw’ihanga ryacu+, mu kaga k’abo mu yandi mahanga+, mu kaga mu gisagara+, mu kaga mu gahinga, mu kaga mu kiyaga, no mu kaga mu bavukanyi b’ikinyoma.
26 Nama mu ngendo kenshi, mu kaga k’inzuzi, mu kaga k’abambuzi, mu kaga k’abo mw’ihanga ryacu+, mu kaga k’abo mu yandi mahanga+, mu kaga mu gisagara+, mu kaga mu gahinga, mu kaga mu kiyaga, no mu kaga mu bavukanyi b’ikinyoma.