-
2 Abakorinto 12:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Ndazi umuntu ari mu bumwe na Kristu yatwawe mw’ijuru rya gatatu, hakaba haciye imyaka 14. Nimba hari mu mubiri canke hatari mu mubiri sindabizi, bizi Imana.
-