2 Abakorinto 12:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Naringinze Tito ngo aze iwanyu, ndamurungikana n’uwundi muvukanyi. None hari inyungu Tito yabarondeyeko+? Mbega ntitwigenjeje nk’abantu bavyumva kumwe? Ntitwagendeye mu nzira imwe?
18 Naringinze Tito ngo aze iwanyu, ndamurungikana n’uwundi muvukanyi. None hari inyungu Tito yabarondeyeko+? Mbega ntitwigenjeje nk’abantu bavyumva kumwe? Ntitwagendeye mu nzira imwe?