2 Abakorinto 12:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ntinya yuko ninashika nzohava nsanga mutameze nk’uko nipfuza, nanje simere nk’uko mwipfuza, ahubwo riho ngasanga hari imiryano, ishari, ishavu, amahane, ukwambikana ibara, urusaku*, ukwihambaza, n’imivurungano.
20 Ntinya yuko ninashika nzohava nsanga mutameze nk’uko nipfuza, nanje simere nk’uko mwipfuza, ahubwo riho ngasanga hari imiryano, ishari, ishavu, amahane, ukwambikana ibara, urusaku*, ukwihambaza, n’imivurungano.