2 Abakorinto 12:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ninagaruka, hari aho Imana yanje yotuma maramara imbere yanyu, bigatuma ndirira benshi mu bari baracumuye mugabo batigaye ubuhumane bwabo, ubusambanyi* bwabo n’inyifato yabo iteye isoni kandi y’akagagazo*. 2 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:21 Umunara w’Inderetsi,15/3/2012, rup. 31
21 Ninagaruka, hari aho Imana yanje yotuma maramara imbere yanyu, bigatuma ndirira benshi mu bari baracumuye mugabo batigaye ubuhumane bwabo, ubusambanyi* bwabo n’inyifato yabo iteye isoni kandi y’akagagazo*.