2 Abakorinto 13:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Iri rizoba rigira gatatu nje iwanyu. «Ikintu cose gitegerezwa gushingirwa intahe n’ivyabona bibiri canke bitatu+.»
13 Iri rizoba rigira gatatu nje iwanyu. «Ikintu cose gitegerezwa gushingirwa intahe n’ivyabona bibiri canke bitatu+.»