2 Abakorinto 13:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ni co gituma nanditse ibi bintu ntahari, kugira ngo ninahishikira sinze ndabakarire mu gukoresha ububasha Umukama yampaye+, ahubwo ndabukoreshe mu kwubaka atari mu gusambura.
10 Ni co gituma nanditse ibi bintu ntahari, kugira ngo ninahishikira sinze ndabakarire mu gukoresha ububasha Umukama yampaye+, ahubwo ndabukoreshe mu kwubaka atari mu gusambura.