Abagalatiya 1:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Bavukanyi, nipfuza ko mumenya yuko inkuru nziza nabamenyesheje idakomoka ku bantu+,