Abagalatiya 1:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Emwe mwarumvise inyifato nari mfise nkiri mw’idini ry’Abayuda+, yuko naguma mpama cane* ishengero ry’Imana nkongera nkaritikiza+.
13 Emwe mwarumvise inyifato nari mfise nkiri mw’idini ry’Abayuda+, yuko naguma mpama cane* ishengero ry’Imana nkongera nkaritikiza+.