Abagalatiya 1:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Bahora bumva gusa ngo: «Wa muntu yahora aduhama+, ubu asigaye amenyekanisha inkuru nziza yerekeye kwa kwizera yahora agerageza kuzimanganya+.»
23 Bahora bumva gusa ngo: «Wa muntu yahora aduhama+, ubu asigaye amenyekanisha inkuru nziza yerekeye kwa kwizera yahora agerageza kuzimanganya+.»