-
Abagalatiya 2:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Naduzeyo kubera nari nabihishuriwe, ndaheza ndabashikiriza inkuru nziza ndiko ndamamaza mu mahanga. Ariko nabigize mu mwiherero imbere y’abagabo bubahwa cane, kugira ngo sinsange nariko nirukira ubusa canke ngo nsange nari nirukiye ubusa.
-