Abagalatiya 2:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Mugabo ico kibazo cavyutse kubera abavukanyi b’ikinyoma binjijwe mu mpisho mw’ishengero+, bakatwisobekamwo kugira barereke umwidegemvyo dufise+ mu bumwe na Kristu Yezu ngo batugire abaja nyabo+.
4 Mugabo ico kibazo cavyutse kubera abavukanyi b’ikinyoma binjijwe mu mpisho mw’ishengero+, bakatwisobekamwo kugira barereke umwidegemvyo dufise+ mu bumwe na Kristu Yezu ngo batugire abaja nyabo+.