Abagalatiya 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mugabo ku bijanye n’abagabo wamengo barahambaye+, nta kintu gishasha bambwiye. Abo bagabo bubahwa cane, icubahiro cose bari bafise nta co gihindura kuri jewe kuko Imana idafatira ku kuntu umuntu aboneka inyuma.
6 Mugabo ku bijanye n’abagabo wamengo barahambaye+, nta kintu gishasha bambwiye. Abo bagabo bubahwa cane, icubahiro cose bari bafise nta co gihindura kuri jewe kuko Imana idafatira ku kuntu umuntu aboneka inyuma.