Abagalatiya 4:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 kugira abohore abagabwa n’amategeko mu kubacungura+, ngo natwe Imana ibone kutugira abana bayo+.