Abagalatiya 4:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Kuko vyanditswe ngo: «Nezerwa yewe mugore w’ingumba utavyara! Turikisha wihe akamo k’umunezero yewe mugore utagira ububabare bwo kwibaruka, kuko abana b’umugore yatawe ari benshi kuruta ab’umugore afise umugabo+.» Abagalatiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:27 Umunara w’Inderetsi,15/3/2006, rup. 11
27 Kuko vyanditswe ngo: «Nezerwa yewe mugore w’ingumba utavyara! Turikisha wihe akamo k’umunezero yewe mugore utagira ububabare bwo kwibaruka, kuko abana b’umugore yatawe ari benshi kuruta ab’umugore afise umugabo+.»