Abagalatiya 6:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Kuva ubu, ntihagire umuntu n’umwe angora, kuko ku mubiri mfise inkovu* zerekana ko ndi umushumba wa Yezu+. Abagalatiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:17 Umunara w’Inderetsi,1/11/2010, rup. 15
17 Kuva ubu, ntihagire umuntu n’umwe angora, kuko ku mubiri mfise inkovu* zerekana ko ndi umushumba wa Yezu+.