Abanyefeso 1:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 1 Jewe Pawulo, intumwa ya Kristu Yezu biciye kw’igomba ry’Imana, ndabandikiye mwebwe aberanda bari i Efeso+ mukaba n’abizigirwa bunze ubumwe na Kristu Yezu.
1 Jewe Pawulo, intumwa ya Kristu Yezu biciye kw’igomba ry’Imana, ndabandikiye mwebwe aberanda bari i Efeso+ mukaba n’abizigirwa bunze ubumwe na Kristu Yezu.