Abanyefeso 1:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Iyo mpwemu ni icemeza twahawe imbere y’igihe* c’intoranwa yacu+, kugira ngo abantu begukira* Imana+ babohorwe biciye ku ncungu+, bitume Imana ininahazwa yongere ishemezwe. Abanyefeso Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:14 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),1/2016, rup. 18-19 Umunara w’Inderetsi,1/1/2007, rup. 31
14 Iyo mpwemu ni icemeza twahawe imbere y’igihe* c’intoranwa yacu+, kugira ngo abantu begukira* Imana+ babohorwe biciye ku ncungu+, bitume Imana ininahazwa yongere ishemezwe.
1:14 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),1/2016, rup. 18-19 Umunara w’Inderetsi,1/1/2007, rup. 31