Abanyefeso 1:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Yamushize hejuru cane y’intwaro zose n’ubukuru bwose n’ububasha bwose n’ubutware bwose n’amazina yose akomeye+. Kandi si muri iki gihe* gusa, ariko no mu gihe kizoza.
21 Yamushize hejuru cane y’intwaro zose n’ubukuru bwose n’ububasha bwose n’ubutware bwose n’amazina yose akomeye+. Kandi si muri iki gihe* gusa, ariko no mu gihe kizoza.