Abanyefeso 2:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Biciye ku mubiri wiwe yarakuyeho icatuma haba urwanko, ni ukuvuga ya mategeko* agizwe n’amabwirizwa be n’ingingo zashinzwe, kugira ngo ya migwi ibiri yunze ubumwe na we ayihinduremwo umuntu umwe+ mushasha, atume haba amahoro.
15 Biciye ku mubiri wiwe yarakuyeho icatuma haba urwanko, ni ukuvuga ya mategeko* agizwe n’amabwirizwa be n’ingingo zashinzwe, kugira ngo ya migwi ibiri yunze ubumwe na we ayihinduremwo umuntu umwe+ mushasha, atume haba amahoro.