Abanyefeso 2:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yabigize kandi kugira ngo iyo migwi yompi igize umubiri umwe isubize hamwe n’Imana bimwe vyuzuye, biciye kuri ca giti co kubabarizwako*+, kubera ko yari yishe icatuma haba urwanko+ biciye ku mubiri wiwe.
16 Yabigize kandi kugira ngo iyo migwi yompi igize umubiri umwe isubize hamwe n’Imana bimwe vyuzuye, biciye kuri ca giti co kubabarizwako*+, kubera ko yari yishe icatuma haba urwanko+ biciye ku mubiri wiwe.