Abanyefeso 4:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Iki rero ni co mvuga kandi nkabahimiriza nshimitse mu Mukama: ntimubandanye kwigenza* nk’uko n’abanyamahanga bigenza+, bisunga ibintu ata co bimaze* vyo mu bwenge bwabo+.
17 Iki rero ni co mvuga kandi nkabahimiriza nshimitse mu Mukama: ntimubandanye kwigenza* nk’uko n’abanyamahanga bigenza+, bisunga ibintu ata co bimaze* vyo mu bwenge bwabo+.