Abanyefeso 4:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Kubera yuko babaye ibiti, bihebeye inyifato iteye isoni kandi y’akagagazo*+ kugira bakore ibintu bihumanye vy’ubwoko bwose badahera ipfa*. Abanyefeso Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:19 Umunara w’Inderetsi,15/5/2009, rup. 1215/7/2006, rup. 30-31
19 Kubera yuko babaye ibiti, bihebeye inyifato iteye isoni kandi y’akagagazo*+ kugira bakore ibintu bihumanye vy’ubwoko bwose badahera ipfa*.