-
Abafilipi 2:12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Bakundwa, mwamye mugamburuka, atari igihe ndahari gusa, mugabo n’ubu ntahari murarushiriza kubigira mubikunze. Nimukore rero uko mushoboye kwose kugira mushitse ubukiriro bwanyu, mubikore mutinya kandi mujugumira.
-