Abafilipi 2:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mugabo rero, naho nyene ndiko ndasukwa nk’ishikanwa ry’ikinyobwa+ ku kimazi+ no ku gikorwa ceranda* ukwizera kwabashikanyeko, ndahimbawe kandi ndanezeranwa namwe mwese. Abafilipi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:17 Umunara w’Inderetsi,1/12/2000, rup. 10
17 Mugabo rero, naho nyene ndiko ndasukwa nk’ishikanwa ry’ikinyobwa+ ku kimazi+ no ku gikorwa ceranda* ukwizera kwabashikanyeko, ndahimbawe kandi ndanezeranwa namwe mwese.