Abafilipi 2:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Mugabo murazi ko yerekanye akarorero keza. Nka kurya kw’umwana+ ari kumwe na se, yarakoranye nanje nk’umushumba mu guteza imbere inkuru nziza. Abafilipi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:22 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),4/2018, rup. 13-14
22 Mugabo murazi ko yerekanye akarorero keza. Nka kurya kw’umwana+ ari kumwe na se, yarakoranye nanje nk’umushumba mu guteza imbere inkuru nziza.