-
Abafilipi 2:27Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
27 Emwe yararwaye ahakwa gupfa, mugabo Imana yaramugiriye imbabazi. Ariko si we yazigiriye wenyene, ahubwo na jewe yarazingiriye, kugira ngo sintunture kabiri.
-