Abafilipi 2:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 kuko yahatswe gupfa kubera igikorwa ca Kristu*. Yarashize ubuzima bwiwe mu kaga kugira ngo ahababere kuko mutari muhari ngo mumfashe mu vyo nkenera+.
30 kuko yahatswe gupfa kubera igikorwa ca Kristu*. Yarashize ubuzima bwiwe mu kaga kugira ngo ahababere kuko mutari muhari ngo mumfashe mu vyo nkenera+.